Culture5 years ago
Christa Verra Audrey:”Vyanshikiye ntabitahura neza, ndafise izanje”
Benshi bamumenye mu ndirimbo yasubiyemwo harimwo Hallo y’umunyamerikakazi Beyoncé bituma bamutazira Beyoncé. Aratuyagira ibitari bike utaruzi. Ni mu kiganiro twagiranye nawe.mushobora kukiraba hano.