Connect with us

Opinion

Uburundi bugeze he mu kwikukira muvy’ubutunzi?

Neque porro quisquam est, qui dolorem ipsum quia dolor sit amet, consectetur, adipisci velit, sed quia non numquam.

Published

on

Imyaka 58 niyo uburundi bumaze buhabuje intahe yo kwikukira. Ariko none tugeze he mu kwikukira muvy’ubutunzi? Hoba hari intambamyi? Nimba zihari, n’izihe nyishu? Mu kiganiro KU ZIKO c’uno munsi, gifashwe mu mugongo na Search for Common Ground mu mugambi #Tuyage, abatumire bacu n’uwahoze arongoye u Burundi Sylvestre Ntibantunganya, hamwe na Dr Jean Bosco Manirambona, barabica irya nino.

error: Content is protected !!